Page 8 – « Ingorane si ugupfa , ingorane ni ugupfa nabi ,gupfa ataco umariye umuryango wawe canke igihugu cakwibarutse .Wewe uri ngaha ndagusigiye iki kibazo : Uriko ukora iki kugira ngo uzopfire neza umuryango n’igihugu cakwibarutse ? »
Le Président burundais et Président en exercice de l’Union Africaine salue la transformation socio-économique de l’Ouganda sous le leadership du Président Museveni

Le Président burundais et Président en exercice de l’Union Africaine salue la transformation socio-économique de l’Ouganda sous le leadership du Président Museveni

On : --

Alors qu’il prenait part, ce mardi 12 mai 2026 à Kampala, aux cérémonies d’investiture du Président récemment réélu, Son Excellence Yoweri Kaguta Museveni, le Président de la République du Burundi et Président en exercice de l’Union Africaine, Son Excellence Evariste Ndayishimiye, a…

Burundi , Uburundi / Uganda : CNDD-FDD na NRM biyemeje gukomeza ubufatanye bwa politike n’iterambere ry’akarere

Burundi , Uburundi / Uganda : CNDD-FDD na NRM biyemeje gukomeza ubufatanye bwa politike n’iterambere ry’akarere

On : --

Amashirahamwe ari ku butegetsi mu Burundi no muri Uganda akomeje gutsimbataza imigenderanire ya kivukanyi n’ugusangira uburambe. Kampala, 13/05/2026 (BdiAgnews) – Ku ruhande rw’ibirori vy’irahira rya Nyenicubahiro Yoweri Kaguta Museveni, Perezida wa Repubulika ya Uganda akaba n’Umukuru w’umugambwe National Resistance Movement (NRM), habereye…

Burundi , Uburundi / Bujumbura : Buramatari yakoranye inama n’abajejwe komine Mukaza ku mutekano n’iterambere

Burundi , Uburundi / Bujumbura : Buramatari yakoranye inama n’abajejwe komine Mukaza ku mutekano n’iterambere

On : --

Abajejwe intwaro basabwe gukomeza kwegeranya neza amakori no gukorana cane n’inzego z’umutekano. Bujumbura, 13/05/2026 (BdiAgnews) – Buramatari w’intara ya Bujumbura, Général-Major Aloys Ndayikengurukiye, yakoranye kuri uyu wa gatatu 13 Rusama 2026 inama n’abajejwe intwaro muri komine Mukaza yabereye ku Ngoro y’Umujyi wa…

Burundi, Uburundi / Uganda – Dipolomasi y’amashirahamwe ya politike : Ndikuriyo Révérien yagendeye NRM i Kampala

Burundi, Uburundi / Uganda – Dipolomasi y’amashirahamwe ya politike : Ndikuriyo Révérien yagendeye NRM i Kampala

On : --

CNDD-FDD na NRM bariko barakomeza imigenderanire ya kivukanyi n’ubufatanye bwa politike. Kampala (Uganda), 12/05/2026 (BdiAgnews) – Umunyamabanga Mukuru wa CNDD-FDD, Nyakwubahwa kandi akunzwe cane Ndikuriyo Révérien, kuva ku wa 10 Rusama 2026 ari i Kampala muri Repubulika ya Uganda, aho yatumiriwe na…

Burundi / Ouganda – Diplomatie des partis : Ndikuriyo Révérien en visite au NRM à Kampala

Burundi / Ouganda – Diplomatie des partis : Ndikuriyo Révérien en visite au NRM à Kampala

On : --

Le CNDD-FDD et le NRM renforcent leurs relations fraternelles et leur coopération politique. Kampala (Ouganda), 12/05/2026 (BdiAgnews) – Le Secrétaire Général du CNDD-FDD, le très populaire Honorable Ndikuriyo Révérien, séjourne depuis le 10 mai 2026 à Kampala, en République d’Ouganda, sur invitation…

Burundi, Uburundi / Uganda : Ndayishimiye Évariste yitavye ibirori vy’irahira rya Museveni Yoweri i Kampala

Burundi, Uburundi / Uganda : Ndayishimiye Évariste yitavye ibirori vy’irahira rya Museveni Yoweri i Kampala

On : --

Abakuru b’ibihugu benshi bo muri Afrika bahuriye i Kampala mu birori vy’irahira ry’Umukuru w’Igihugu wa Uganda. Kampala (Uganda), 12/05/2026 (BdiAgnews) – Umukuru w’Igihugu c’Uburundi, Nyenicubahiro Ndayishimiye Évariste, Général-Major, yitavye, ku wa 12 Rusama 2026 i Kampala, ibirori vy’irahira ry’Umukuru w’Igihugu wa Uganda…