Étiquette : DIASPORA
Burundi , Uburundi – Ibizoba / Diaspora : 28-03-2026 – Ukwizihiza umunsi mpuzamakungu wahariwe umukenyezi i Alost mu Bubiligi
On : --Ibirori vy’akanyamuneza n’umuco vyateguwe mu kwibuka umunsi wa 8 Ntwarante, biri munsi y’ubuserukizi bw’Uburundi mu Bubiligi. Alost (Ububiligi), 28/03/2026 (BdiAgnews) – Imbere ya 1929, umwaka Mukakaryenda yahindurwako idini ku nguvu, uwo Mugore w’Ingoma nyeranda Karyenda, yitwa Ruburisoni hanyuma agahindurwa ku nguvu Maria…
Burundi / Uburundi : Pasiporo zirenga 140 z’Abarundi zatawe mu Buraya, ikimenyetso c’ubwimukira buteye amakenga
On : --Minisitiri Bizimana Edouard aragabisha ku ngeso zonona isura y’Uburundi. Bujumbura, 13/03/2026 (BdiAgnews) – Mu gihe isi yacu isigaye irangwa n’ububasha bw’ibihugu vyinshi (multipolarité), kuva mu 2020 Uburundi bwinjiye mu nzira y’ubutunzi bwa néolibéralisme bwiyongereye cane, ivyo bikaba vyatumye urwaruka rwinshi rw’Abarundi rujabuka…
Burundi / Afurika y’Epfo : CVR y’Uburundi yahuriye na diaspora i Pretoria
On : --Ikibazo c’amatongo n’ibindi vyanyazwe kiri mu vyaganiriwe Pretoria (Afurika y’Epfo), 08/03/2026 (BdiAgnews) – Intumwa za Komisiyo y’Ukuri n’Ukunywanisha Abarundi (CVR) zirongowe na Icegera c’Umukuru w’iyo Komisiyo Mgr Kimararungu Aimé J. zahuriye n’Abarundi baba mu mahanga baba muri Afurika y’Epfo, mu gisagara ca Pretoria,…
Burundi / Diaspora : Umugambwe CNDD-FDD mu Bubiligi wahuriye mu nama
On : --Ihuriro ry’ishami rya CNDD-FDD mu Bubiligi Lot (Ububiligi), 07/03/2026 (BdiAgnews) – Ishami ry’umugambwe CNDD-FDD mu Bubiligi ryahuriye i Lot mu nama yabereye mu mwuka mwiza w’ubuvukanyi, ihuriro ry’Abagumyabanga bo muri diaspora y’Abarundi baba mu Bubiligi ryari rigamije guhanahana ivyiyumviro ku bijanye n’ihindagurika…
