Page 1214 – « Ingorane si ugupfa , ingorane ni ugupfa nabi ,gupfa ataco umariye umuryango wawe canke igihugu cakwibarutse .Wewe uri ngaha ndagusigiye iki kibazo : Uriko ukora iki kugira ngo uzopfire neza umuryango n’igihugu cakwibarutse ? »

Pascal Nyabenda amenyesha ko hari ukuboko kuri inyuma y’ibibera mu Burundi

On : --

Umukuru w’umugambwe CNDD-FDD akaba n’umukuru w’inama nshingamateka y’Uburundi Pascal Nyabenda,amenyesha ko ibivugwa vy’ihonyabwoko mu Burundi,vyashikirijwe kandi na Hervé Ladsous ajejwe ibikorwa vyo gutsimbataza amahoro mw’ishirahamwe mpuzamakungu ONU, biriko bikorwa n’igihugu c’Urwanda. Yishura ku bibazo vy’ikinyamakuru Jeune Afrique,Pascal Nyabenda yishuye ati : Jeune…

The Role of External Actors in Peace-Building and Democratization in Africa: A Comparative Study of Burundi, Rwanda and the Democratic Republic of Congo (DRC)

On : --

Abstract External actors play various roles in the process of democratization in many African countries. In this paper, I evaluate and discuss various contributions that external actors made in promoting peace-building and democratization processes in three countries, namely, Burundi, Rwanda and the…