Burundi : Ndikuriyo Révérien amaze kugendera amakomine 15 mu minsi 20

Urugendo rw’igihugu rw’Umunyamabanga Mukuru wa CNDD-FDD rugamije gukomeza inzego n’iterambere Gitega, 22/02/2026 (BdiAgnews) – Inyuma y’iminsi 20 hatangujwe ku mugaragaro urugendo rw’igihugu ku wa 02 Ruhuhuma 2026 i Muramvya, Umunyamabanga Mukuru wa CNDD-FDD, uwuriko arakunzwe cane Révérien Ndikuriyo, amaze kugendera amakomine 15…

Burundi : Umunyamabanga Mukuru wa CNDD-FDD yagendeye Musongati

Ndikuriyo Révérien, uwuriko arakunzwe cane, yahumurije abakenyezi ba koperative Sangwe Burunga, 06/02/2026 (BdiAgnews) – Umunyamabanga Mukuru w’umugambwe CNDD-FDD, uwuriko arakunzwe cane Ndikuriyo Révérien, yagendeye komine Musongati aho yahuye n’abakenyezi bahurikiye muri koperative Sangwe, basanzwe barima amavoka n’inanasi. Muri urwo rugendo, yabateye intege…

Burundi : Le SG du CNDD-FDD en visite à Musongati

Soutien aux femmes du coopérative Sangwe Burunga, 06/02/2026 (BdiAgnews) – Le Secrétaire général du CNDD-FDD, le très populaire Ndikuriyo Révérien, s’est rendu en commune Musongati où il a visité des femmes regroupées au sein de la coopérative Sangwe, actives dans la culture…

Burundi : Umupfasoni wa Perezida akeje Umukuru w’Igihugu ku buyobozi bwa UA

Ubutumwa bwo kumukeza bwatanzwe na Ndayubaha Angéline ari kumwe n’abana Bujumbura, 14/02/2026 (BdiAgnews) – Inyuma y’itorwa ry’Umukuru w’Igihugu c’Uburundi, Nyenicubahiro Général-Major Ndayishimiye Évariste, ku buyobozi bw’Ubumwe bwa Afurika mu kiringo c’umwaka umwe, Umupfasoni wiwe, Nyenicubahiro Ndayubaha Angéline, ari kumwe n’abana, yaratanze ubutumwa…

Burundi / Panafricanisme : La France gèle les avoirs de Nyamsi Franklin

Décision française controversée contre une figure panafricaniste Bujumbura, 20/02/2026 (BdiAgnews) – Dans un contexte international marqué par les tensions autour des souverainetés africaines et la recomposition géopolitique multipolaire, le gouvernement français a décidé, par arrêté conjoint du 10 février 2026 publié au…

Burundi / Panafricanisme : Ubufaransa burafunga umutungo wa Nyamsi Franklin

Itegeko ry’Ubufaransa ryatumye haba impaka mu banyapolitike ba panafricanisme Bujumbura, 20/02/2026 (BdiAgnews) – Mu gihe isi iriko irinjira mu bihe bishasha vya jeopolitike birangwa n’uguhiganwa kw’ibihugu n’ukwiyemeza kw’Afurika kwigenga, Reta y’Ubufaransa yasohoye kw’igenekerezo rya 10 Ruhuhuma 2026 itegeko rifunga umutungo w’Umwarimu Nyamsi…