ITANGAZO RYO KUBIKA

ITANGAZO RYO KUBIKA Umuryango w’Umuhisi Jérôme NDIHO uri n’umubaro mwinshi wo kubikira incuti, ababanyi n’abagenzi urupfu giturumbuka rwashikiye umuvyeyi akaba na sekuru w’ibibondo Jérôme NDIHO ku wa Kane 7/1/2021 bivuye kw’isanganya ry’imodoka ryabereye i Bujumbura. Bimenyeshejwe abana biwe bari mu BUBIRIGI, muri…