Abashatse gutembagaza ubutegetsi mu Burundi bakatiwe
On : --Bane mu bantu 28 bagirizwa gushaka gutembagaza ubutegetsi mu Burundi mu kwezi kwa gatanu mu mwaka uheze, bakatiwe igifungo ca burundu. Bahanishijwe kandi kubuzwa kurangura akazi ka leta ako ariko kose ikiringo c’imyaka cumi. Abo bari mu mugwi wa mbere w’abagirizwa gushaka…
