Burundi : TDC i Buhumuza, Ntahontuye ashigikira Ubuperezida bwa UA

POLITIKE, IMIYOBORERE, UBUMWE BWA AFURIKA, TDC, IBikorwa Remezo

Ibirori vyo gushigikira Ubuperezida bwa Ndayishimiye muri UA n’akamo ko kwitanga muri TDC, urwaruka ruri imbere

Buhumuza, 21/02/2026 (BdiAgnews) – Bihuye n’ingingo ya politike yo mu gihugu y’Abarundi, Buramatari Ntahontuye Nestor yifadikanije n’abanyagihugu b’intara ya Buhumuza muri ivyo birori vyo gushigikira Umukuru w’Igihugu Ndayishimiye Évariste aherutse gutorerwa kurongora Ubumwe bwa Afurika ; Buramatari w’intara ya Buhumuza, Ndarukere Denise, yateye akamo abanyagihugu ngo bashigikire Umukuru w’Igihugu biciye mu bikorwa vya TDC (Travaux de Développement Communautaire), ahanura urwaruka kuba urwa mbere mu kwitanga, mu gihe Buramatari, ari kumwe n’umupfasoni wiwe n’abandi batware bakuru b’igihugu bavuka i Buhumuza — harimwo icegera ca kabiri c’Umukuru w’Inama Nshingamateka, Nkezimana Boussessia, hamwe n’Umunyamabanga Mukuru wungirije wa CNDD-FDD, Nshimirimana Cyriaque — yaciye agendera ibikorwa remezo vya Reta biriko birasanurwa n’ibiro vy’intara biriko birubakwa.

         

Amasoko : Nahimana P.,, http://burundi-agnews.org, Ku wa Mbere 23 Ruhuhuma 2026 | Ifoto : ABP (@ABPInfos)

IBikorwa RemezoIMIYOBOREREPOLITIKETDCUBUMWE BWA AFURIKA