Burundi / UA : Inama y’ubuhuza ku mahoro muri RDC

Ndayishimiye yakiriye Mokgweetsi Masisi i Kiriri Bujumbura (Ingoro ya Kiriri), 02/03/2026 (BdiAgnews) – Umukuru w’Igihugu c’Uburundi kandi ari na we arongoye Ubumwe bwa Afurika muri iki gihe, Nyenicubahiro  Ndayishimiye Evariste, yakiriye intumwa zari zirongowe n’uwahoze ari Umukuru w’Igihugu ca Botswana Mokgweetsi Masisi,…

Burundi : Kwemeza urutonde rw’imiti itangwa gusa ku rupapuro rwa muganga

Inama yo kwemeza LNMPO – Edition 2026 Bujumbura, 04/03/2026 (BdiAgnews) – Mu rwego rwo gukomeza politiki y’igihugu mu bijanye n’amagara y’abantu, Umunyamabanga ntayegayezwa muri Minisiteri y’Amagara y’Abantu mu Burundi, Dr Sinarinzi Pierre, ari kumwe n’intumwa y’Ishirahamwe Mpuzamakungu ryita ku magara y’abantu (OMS)…

Burundi : Clôture des cérémonies de célébration à Rumonge

Hommage au Président Ndayishimiye pour ses réalisations Burunga (Rumonge), 28/02/2026 (BdiAgnews) – Les activités de célébration et de remerciement en l’honneur du Président du Burundi, Ndayishimiye Évariste, Général Major,  pour les projets réalisés dans les communes composant la province de Burunga, se…

Burundi : Ibikorwa vyo kwigina intsinzi vyasozerewe i Rumonge

Kwishimira imigambi yaranguwe n’Umukuru w’Igihugu Burunga (Rumonge), 28/02/2026 (BdiAgnews) – Ibikorwa vyo kwigina intsinzi no gushimira Nyenicubahiro Umukuru w’Igihugu Ndayishimiye Evariste ku migambi myiza yaranguriye mu makomine agize Burunga vyasozerewe muri Komine Rumonge, bikaba vyatewe iteka na Nzikoruriho Sylvain , Umunyamabanga wa…

Burundi – Gabon : Diaspora y’Abarundi yizihije ubumwe

Ab’Abarundi b’i Libreville bahuriye mu bumwe Libreville (Gabon), 28/02/2026 (BdiAgnews) –– Ab’Abarundi baba muri Gabon bahuriye i Libreville mu kwizihiza umwaka mushasha mu mwuka w’ubuvukanyi n’ubumwe, ico gikorwa kikaba cabaye akaryo ko gusubiramwo ukwiyemeza kwabo gushigikira Iyerekwa 2040-2060 rishigikiwe n’Umukuru w’Igihugu, mu…

Burundi – Gabon : La diaspora célèbre l’unité nationale

Fraternité et engagement des Barundi à Libreville Libreville (Gabon), 28/02/2026 (BdiAgnews) – La communauté burundaise du Gabon a célébré le Nouvel An dans un esprit de fraternité et d’unité nationale, une rencontre marquée par un engagement renouvelé envers la Vision 2040-2060 portée…