Lettre ouverte à l’Honorable Olivier Suguru

« Qui embrasse trop mal étreint » ou la leçon de l’homme riche aux greniers pleins Par Jean Jolès Rurikunzira Bujumbura, le 25 février 2026 Monsieur le Député, Vice-Président du Comité de pilotage du Projet pour l’Emploi et la Transformation Économique (PRETE…

Burundi : Toni 650 za lithium na titane zoherejwe mu Bushinwa

Isubira kubaho ry’urwego rw’amabuye y’agaciro mu gihugu Bujumbura (Uburundi), 24/02/2026 (BdiAgnews) – Mu rwego rwa politike y’ubutunzi n’inganda z’Abarundi, Uburundi bwohereje hanze toni 650 z’amabuye y’agaciro, arimwo cane lithium na titane, ku isoko ryo mu Bushinwa, mu birori vyarongowe na Minisitiri w’Uburundi…

Burundi – Tanzaniya : Umugambi wa gari ya moshi uratera imbere

Intumwa z’Uburundi i Dar-Es-Salaam ku mugambi wa gari ya moshi Dar-Es-Salaam (Tanzaniya), 23/02/2026 (BdiAgnews) – Mu rwego rwo gukomeza ubufatanye hagati y’Uburundi na Tanzaniya mu vy’ibikorwa remezo, intumwa z’Uburundi zirongowe na Minisitiri w’Ibikorwa Remezo Niyonkuru Damien ziri mu rugendo rw’iminsi itanu rugamije…

Burundi – RDC : Ubufatanye bw’igipolisi burakomezwa

Ihuriro rya PNB na PNC n’inyigisho zishigikiwe na PNUD Bujumbura, 23–24/02/2026 (BdiAgnews) – Mu gihe akarere kugarijwe n’ingorane z’umutekano wambukiranya imipaka, Umuyobozi Mukuru w’Igipolisi c’Uburundi yakiriye i Bujumbura intumwa z’Igipolisi c’Igihugu ca Congo (PNC) zirongowe na Komiseri Mukuru waco, mu biganiro vyari…

Burundi – RDC : Gatumba – Kavimvira yongeye kwugururwa

Uruja n’uruza n’ubudandaji vyongeye gusubira ku murongo Bujumbura ( Gatumba) , 23/02/2026 (BdiAgnews) – Inyuma y’indwi cumi z’ugufunga kubera ibibazo vy’umutekano mu Buseruko bwa RDC, cane cane inyuma y’ifashwa rya Uvira n’ihuriro AFC rifashijwe na M23 hamwe n’ingabo z’u Rwanda, umupaka wa…