Burundi / Uburundi : Umushikiranganji Hassan Kibeya yifadikanije n’Abaislamu i Bujumbura

Burundi / Uburundi : Umushikiranganji Hassan Kibeya yifadikanije n’Abaislamu i Bujumbura

On : --

Ibirori vyabereye ku cicaro ca COMIBU vyashimangiye ubufatanye hagati y’inzego za Leta n’Abaislamu. Bujumbura, 24/03/2026 (BdiAgnews)- Umushikiranganji w’Ubutare, Amasoko ntanganguvu, Ubudandaji n’Ingenzi, Kibeya Hassan, yifadikanije ku wa 24 Ntwarante 2026 n’umuryango w’Abaislamu mu Burundi mu birori vyabereye ku cicaro gikuru ca COMIBU…

Burundi  / Uburundi  – Ubushinwa : CNDD-FDD na PCC bakomeje gutsimbataza ubufatanye bwabo

Burundi / Uburundi – Ubushinwa : CNDD-FDD na PCC bakomeje gutsimbataza ubufatanye bwabo

On : --

Ndikuriyo Révérien yakiriye uwuserukira Ubushinwa Zhu Kewei baganira ku gukomeza imigenderanire hagati y’imigambwe ibiri. Bujumbura, 23/03/2026 (BdiAgnews) – Umunyamabanga mukuru w’umugambwe CNDD-FDD, Ndikuriyo Révérien, yakiriye ku wa 23 Ntwarante 2026 i Bujumbura uwuserukira igihugu c’Ubushinwa mu Burundi, Zhu Kewei, aho baganiriye ku…

Burundi / Uburundi – RDC Congo : Intumwa z’Abanyamulenge zahuye n’Umukuru w’Igihugu Ndayishimiye

Burundi / Uburundi – RDC Congo : Intumwa z’Abanyamulenge zahuye n’Umukuru w’Igihugu Ndayishimiye

On : --

Zakiriwe i Bujumbura, izo ntumwa zashimangiye uruhara rw’Uburundi mu gutsimbataza amahoro mu karere no mu gufasha impunzi z’Abanyekongo. Bujumbura, 17/03/2026 (BdiAgnews) — Intumwa z’ishirahamwe Banyamulenge Global Advocacy zakiriwe ku wa 17 Ntwarante 2026 na Nyenicubahiro Général-Major Ndayishimiye Évariste, Umukuru w’Igihugu c’Uburundi. Izo…

Burundi / Uburundi : Gukomeza gutsimbataza imigenderanire n’Uburusiya, Afurika y’Epfo n’Ubushinwa

Burundi / Uburundi : Gukomeza gutsimbataza imigenderanire n’Uburusiya, Afurika y’Epfo n’Ubushinwa

On : --

Inama zabereye i Bujumbura zerekana ukuntu Uburundi buriko burakomeza imigenderanire n’ibindi bihugu. Bujumbura, 18/03/2026 (BdiAgnews) – Umukuru w’Inama Nshingamateka y’Uburundi, Ndabirabe Gélase Daniel, yakiriye mu nama y’akazi uwuserukira igihugu c’Uburusiya mu Burundi mushasha, Chernenko Sergey Vladimirovich, yari aje mu rugendo rw’iteka, hamwe…