Catégorie : Burunga
Burundi, Uburundi / Politike – Makamba : Abagumyabanga bo muri Gatabo bahimbaje intsinzi y’amatora ya 2025
On : --Abanywanyi ba CNDD-FDD bashimiye intsinzi y’amatora n’ibikorwa vya Leta mu karere ka Gatabo. Makamba (Burunga), 28/03/2026 (BdiAgnews) – Ku wa gatandatu igenekerezo rya 28 Ntwarante 2026, abagumyabanga bo muri zone Gatabo, komine Makamba, barahimbaje intsinzi baherutse kuronka mu matora ya 2025, mu…
Burundi : Clôture des cérémonies de célébration à Rumonge
On : --Hommage au Président Ndayishimiye pour ses réalisations Burunga (Rumonge), 28/02/2026 (BdiAgnews) – Les activités de célébration et de remerciement en l’honneur du Président du Burundi, Ndayishimiye Évariste, Général Major, pour les projets réalisés dans les communes composant la province de Burunga, se…
Burundi : Ibikorwa vyo kwigina intsinzi vyasozerewe i Rumonge
On : --Kwishimira imigambi yaranguwe n’Umukuru w’Igihugu Burunga (Rumonge), 28/02/2026 (BdiAgnews) – Ibikorwa vyo kwigina intsinzi no gushimira Nyenicubahiro Umukuru w’Igihugu Ndayishimiye Evariste ku migambi myiza yaranguriye mu makomine agize Burunga vyasozerewe muri Komine Rumonge, bikaba vyatewe iteka na Nzikoruriho Sylvain , Umunyamabanga wa…
Burundi : Umunyamabanga Mukuru wa CNDD-FDD yagendeye Musongati
On : --Ndikuriyo Révérien, uwuriko arakunzwe cane, yahumurije abakenyezi ba koperative Sangwe Burunga, 06/02/2026 (BdiAgnews) – Umunyamabanga Mukuru w’umugambwe CNDD-FDD, uwuriko arakunzwe cane Ndikuriyo Révérien, yagendeye komine Musongati aho yahuye n’abakenyezi bahurikiye muri koperative Sangwe, basanzwe barima amavoka n’inanasi. Muri urwo rugendo, yabateye intege…
Burundi : Le CNDD-FDD Rutana salue les progrès hydrauliques et énergétiques gouvernementaux
On : --À Rutana, les Bagumyabanga expriment leur reconnaissance pour l’accès généralisé à l’eau potable et à l’électricité. Burunga (Rutana), 30/01/2026 (BdiAgnews) – Dans une ambiance joyeuse, les Bagumyabanga (nom des militants du CNDD-FDD) de la commune Rutana ont organisé des cérémonies de reconnaissance…
