Burundi , Uburundi : Umukuru w’Igihugu Ndayishimiye yifadikanije n’abanyagihugu mu bikorwa vya TDC i Matongo
On : --Abanyagihugu bitavye ari benshi mu bikorwa vy’iterambere rusangi, bishigikiwe n’imfashanyo zikomeye z’amasima n’amafaranga. Butanyerera, 9/05/2026 (BdiAgnews) – Mu gihe hari hahari abayobozi batandukanye bo ku rwego rw’intara n’igihugu, harimwo Umukuru w’Inama Nshingamateka, Umushikiranganji w’Intwaro yo hagati mu gihugu, abashingamateka batorerwa muri iyo…









