Burundi, Uburundi / Uganda : Ndayishimiye Évariste yitavye ibirori vy’irahira rya Museveni Yoweri i Kampala
On : --Abakuru b’ibihugu benshi bo muri Afrika bahuriye i Kampala mu birori vy’irahira ry’Umukuru w’Igihugu wa Uganda. Kampala (Uganda), 12/05/2026 (BdiAgnews) – Umukuru w’Igihugu c’Uburundi, Nyenicubahiro Ndayishimiye Évariste, Général-Major, yitavye, ku wa 12 Rusama 2026 i Kampala, ibirori vy’irahira ry’Umukuru w’Igihugu wa Uganda…





