Burundi, Uburundi / Amatora 2027 : Ndayishimiye Évariste yatanguje ubukangurambaga bw’inyigisho z’amatora i Gitega

Burundi, Uburundi / Amatora 2027 : Ndayishimiye Évariste yatanguje ubukangurambaga bw’inyigisho z’amatora i Gitega

On : --

Igikorwa c’igihugu cose kigamije amatora abereye, aboneye kandi atekanye. Gitega (Uburundi), 22/04/2026 (BdiAgnews) – Umukuru w’Igihugu c’Uburundi, Nyenicubahiro Ndayishimiye Évariste, Général-Major, ari kumwe n’umupfasoni wiwe Nyenicubahiro Ndayubaha Angeline, Umutambukanyi w’Umukuru w’Igihugu, yatanguje ku wa 22 Ndamukiza 2026 ku kibuga Ingoma i Gitega…

Uburundi / Diaspora – Ububiligi, CNDD-FDD : Ibirori vya 5 vya « Abakenyererarugamba Day » — vy’abakenyezi bari mu vya poritike, vyabereye i Lot

Uburundi / Diaspora – Ububiligi, CNDD-FDD : Ibirori vya 5 vya « Abakenyererarugamba Day » — vy’abakenyezi bari mu vya poritike, vyabereye i Lot

On : --

Umunsi wahariwe umuco, amateka na poritike mu bakenyezi ! Lot (Ububiligi), 11/04/2026 — Mu gihe hari hahariwe abanywanyi b’umugambwe CNDD-FDD, harimwo Kubwayo Félix, umunyamabanga wa CNDD-FDD mu Bubirigi, ari kumwe n’umugwi wiwe ushizemwo Ntimpirantije Abel (umuntu afise ikibanza gikomeye mu mateka y’Uburundi…

Burundi, Uburundi / Politike : Ndikuriyo Révérien ashikanye ku makomine 41 kuri 42 amaze kugendako mu mezi abiri

Burundi, Uburundi / Politike : Ndikuriyo Révérien ashikanye ku makomine 41 kuri 42 amaze kugendako mu mezi abiri

On : --

Urugendo rw’igihugu cose rw’Umunyamabanga mukuru wa CNDD-FDD ruri hafi kurangira inyuma y’amezi abiri y’ibikorwa ku rubuga. Gitega, 4/04/2026 (BdiAgnews) – Mu gukomeza ingendo ziwe zo kwegera abanyagihugu no gukurikirana imigambi y’iterambere, Umunyamabanga mukuru w’umugambwe CNDD-FDD, Nyakubahwa cane Ndikuriyo Révérien, yagendeye kuri uwu…

Burundi  / Uburundi  – Ubushinwa : CNDD-FDD na PCC bakomeje gutsimbataza ubufatanye bwabo

Burundi / Uburundi – Ubushinwa : CNDD-FDD na PCC bakomeje gutsimbataza ubufatanye bwabo

On : --

Ndikuriyo Révérien yakiriye uwuserukira Ubushinwa Zhu Kewei baganira ku gukomeza imigenderanire hagati y’imigambwe ibiri. Bujumbura, 23/03/2026 (BdiAgnews) – Umunyamabanga mukuru w’umugambwe CNDD-FDD, Ndikuriyo Révérien, yakiriye ku wa 23 Ntwarante 2026 i Bujumbura uwuserukira igihugu c’Ubushinwa mu Burundi, Zhu Kewei, aho baganiriye ku…