Kiremba (Butanyerera), 16/05/2026 (BdiAgnews) – Perezida w’Sentare Ntahinyuzwa y’Uburundi, Nkurunziza Gamaliel , yifadikanije kuri uyu wa gatandatu 16 Rusama 2026 n’abanyagihugu bo muri komine Kiremba mu bikorwa vy’Iterambere Rusangi (TDC) vyabereye ku mutumba Gitaro, aho bariko basiga sima ku vyumba bine vy’ishure biriko birubakwa ; imbere y’abajejwe intwaro n’abanyagihugu benshi, yashimye ibikorwa vy’iterambere bimaze kurangurwa muri iyo komine yavuze ko iriko iba akarorero keza, ashimangira ko ubumwe bw’abanyagihugu n’imigambi rusangi ari vyo bizofasha igihugu gushika ku cerekezo c’iterambere ; yarashimye kandi amabarabara y’amashami amaze kubakwa, asaba ko amazi meza ashikanwa kuri buri mutumba, yibutsa ko ibikorwa vya TDC vyatumye hubakwa amashure, amavuriro n’amazu y’abatishoboye ; Perezida wa Sentare Ntahinyuzwa yahamagariye kandi abavyeyi gukundisha abana amashure kugira ntihagire uw’imyaka yo kwiga asigara inyuma, anasaba abanyagihugu kwama babungabunga isuku y’umubiri n’iy’ibibakikije kugira bakingire amagara yabo.

Amasoko : Nahimana P. : burundi-agnews.org, Ku wa gatandatu 16 Rusama 2026 | Ifoto : RTNB
We use cookies to improve your experience on our site. By using our site, you consent to cookies.
Manage your cookie preferences below:
Essential cookies enable basic functions and are necessary for the proper function of the website.
Statistics cookies collect information anonymously. This information helps us understand how visitors use our website.
Google Analytics is a powerful tool that tracks and analyzes website traffic for informed marketing decisions.
Service URL: business.safety.google (opens in a new window)
Google reCAPTCHA helps protect websites from spam and abuse by verifying user interactions through challenges.
Marketing cookies are used to follow visitors to websites. The intention is to show ads that are relevant and engaging to the individual user.
AddToAny provides share and follow buttons that let visitors post your pages to social networks, messaging apps, and bookmarking services.
Service URL: www.addtoany.com (opens in a new window)
A video-sharing platform for users to upload, view, and share videos across various genres and topics.
Service URL: www.youtube.com (opens in a new window)
