Burundi , Uburundi / Colonialité : CVR n’amadini imbere y’igikoresho c’ivangura cavuye mu bukoloni

Burundi , Uburundi / Colonialité : CVR n’amadini imbere y’igikoresho c’ivangura cavuye mu bukoloni

On : --

Hutu na Tutsi : amazina y’imibano yahinduwe ibirwanisho vya geopolitike vy’ubukoloni. Gitega, 5 Ruheshi 2026 – Komisiyo y’Ukuri n’Ukunywanisha Abarundi (CVR) yahamagariye abarongozi b’Église de Pentecôte au Burundi gukomeza uruhara rwabo mu gutsimbataza ugusaba no gutanga ikigongwe, ukwiyunga n’ukwubaka ubumwe bw’Abarundi, mu…

Burundi , Uburundi / Afurika y’Epfo – Ikibazo ca Kemi Seba : Ivyo Ndayishimiye – UA – yoshobora gukora

Burundi , Uburundi / Afurika y’Epfo – Ikibazo ca Kemi Seba : Ivyo Ndayishimiye – UA – yoshobora gukora

On : --

Umukuru wa Urgences Panafricanistes ahakana ivyo yagirizwa kandi akavuga ko umuryango wiwe na wo uriko urahohoterwa ku mpamvu za politike. Pretoria (Afurika y’Epfo), 2/06/2026 (BdiAgnews) – Kemi Seba, umurwizatunga w’ivyiyumviro vya panafrikanisme akaba n’umukuru w’ishirahamwe Urgences Panafricanistes, apfungiwe muri Afurika y’Epfo kuva…

Burundi , Uburundi / Albanie : Vumera Club yaronse Agashimwe kadasanzwe mu Birori Mpuzamakungu vy’Imico kama i Vlora

Burundi , Uburundi / Albanie : Vumera Club yaronse Agashimwe kadasanzwe mu Birori Mpuzamakungu vy’Imico kama i Vlora

On : --

Ingoma z’Uburundi zashimiwe kubera inguvu zazo n’ubutunzi bw’umuco ku rubuga mpuzamakungu. Vlora (Albanie), 26/05/2026 (BdiAgnews) – Umugwi w’akaranga w’Abarundi Vumera Club, urongowe na Barandaje Jean-Barthélemy, warangije neza cane ukwitabira kwawo mu Birori Mpuzamakungu vy’Imico kama vyabereye i Vlora muri Albanie kuva ku…

Burundi , Uburundi / Ubufaransa – UNESCO : Vumera Club yaraserukiye Iciwa ry’Ingoma i Paris

Burundi , Uburundi / Ubufaransa – UNESCO : Vumera Club yaraserukiye Iciwa ry’Ingoma i Paris

On : --

Intoranwa y’Ingoma y’Uburundi yahimbajwe muri UNESCO biciye kuri Vumera Club n’Ambasade y’Uburundi mu Bufaransa. Paris (Ubufaransa, UNESCO), 19/05/2026 (BdiAgnews) – Abarundi ni abantu b’Ubungoma, isanzure ry’ivyiyumviro vy’Ingoma, ari na bwo bwatumye havuka Iciwa ry’Ingoma, aho Uburundi, Ingoma y’Uburundi, buri mu bihugu vya…

Burundi , Uburundi / Iterambere rusangi : Kiremba yahamagariwe gukomeza ibikorwa vya TDC

Burundi , Uburundi / Iterambere rusangi : Kiremba yahamagariwe gukomeza ibikorwa vya TDC

On : --

Ibikorwa vy’iterambere rusangi vyerekanywe nk’inkingi y’iterambere rya komine n’igihugu. Kiremba (Butanyerera), 16/05/2026 (BdiAgnews) – Perezida w’Sentare Ntahinyuzwa y’Uburundi, Nkurunziza Gamaliel , yifadikanije kuri uyu wa gatandatu 16 Rusama 2026 n’abanyagihugu bo muri komine Kiremba mu bikorwa vy’Iterambere Rusangi (TDC) vyabereye ku mutumba Gitaro,…

Burundi ,Uburundi : Bizimana yagenzuriye politike yo kurungika abakozi mu mahanga

Burundi ,Uburundi : Bizimana yagenzuriye politike yo kurungika abakozi mu mahanga

On : --

Leta y’Uburundi yaneguye amakosa n’akarenganyo biri mu bigo vyigisha abitegura kuja gukora hanze. Bujumbura, 15/05/2026 (BdiAgnews) – Mu rwego rwo gukurikirana imibereho y’Abarundi barungikwa gukora mu bihugu vy’Abarabu, Umushikiranganji w’Ububanyi n’Amahanga n’Ubufatanye mpuzamakungu, Bizimana Édouard, yagendeye atabiteguje ibigo bitandukanye vyigisha abakozi bimirije…

Burundi , Uburundi / Uganda : CNDD-FDD na NRM biyemeje gukomeza ubufatanye bwa politike n’iterambere ry’akarere

Burundi , Uburundi / Uganda : CNDD-FDD na NRM biyemeje gukomeza ubufatanye bwa politike n’iterambere ry’akarere

On : --

Amashirahamwe ari ku butegetsi mu Burundi no muri Uganda akomeje gutsimbataza imigenderanire ya kivukanyi n’ugusangira uburambe. Kampala, 13/05/2026 (BdiAgnews) – Ku ruhande rw’ibirori vy’irahira rya Nyenicubahiro Yoweri Kaguta Museveni, Perezida wa Repubulika ya Uganda akaba n’Umukuru w’umugambwe National Resistance Movement (NRM), habereye…

Burundi , Uburundi / Bujumbura : Buramatari yakoranye inama n’abajejwe komine Mukaza ku mutekano n’iterambere

Burundi , Uburundi / Bujumbura : Buramatari yakoranye inama n’abajejwe komine Mukaza ku mutekano n’iterambere

On : --

Abajejwe intwaro basabwe gukomeza kwegeranya neza amakori no gukorana cane n’inzego z’umutekano. Bujumbura, 13/05/2026 (BdiAgnews) – Buramatari w’intara ya Bujumbura, Général-Major Aloys Ndayikengurukiye, yakoranye kuri uyu wa gatatu 13 Rusama 2026 inama n’abajejwe intwaro muri komine Mukaza yabereye ku Ngoro y’Umujyi wa…