Burundi , Uburundi / Dipolomasi – Ububiligi : Ntahiraja Thérence akomeza gutsimbataza imigenderanire i Bruxelles
Kwiyitaba umuhuro w’abadipolomate vyamufashije gukomeza imigenderanire mpuzamakungu. Bruxelles (Ububiligi), 13/04/2026 (BdiAgnews) – Intumwa nkuru y’Uburundi mu Bubirigi, Ntahiraja Thérence, yaritavye umusangiro w’abadipolomate wateguwe na Press Club Brussels Europe, urubuga ruzwi cane ruhuriramwo abamenyeshamakuru, abadipolomate n’abakora mu vy’itumanaho ; muri uwo muhuro, uwo…