Burundi, Uburundi / Tchad : CNDD-FDD na MPS bongereye ubufatanye bwabo bw’ikirenga
On : --Amashirahamwe yombi arongoye ibihugu vyabo yiyemeje gushira mu ngiro ubufatanye bufatika kandi bugaragara. N’Djamena (Tchad), 26 Ntwarante 2026 (BdiAgnews) – Umurwa mukuru wa Tchad, N’Djamena, wakiriye ku wa 26 Ntwarante 2026 inama yo ku rwego rwo hejuru yahuje Umunyamabanga mukuru w’umugambwe CNDD-FDD,…






