Burundi , Uburundi / Dipolomasi – Amagara y’abantu : Umukuru w’Igihugu yakiriye uwuserukira OMS ashoje amabanga yiwe

Burundi , Uburundi / Dipolomasi – Amagara y’abantu : Umukuru w’Igihugu yakiriye uwuserukira OMS ashoje amabanga yiwe

On : --

Isuzuma ryiza ry’ibikorwa vya OMS mu Burundi ryashizwe imbere mu mubonano w’ukumusezera. Bujumbura (Uburundi), 2 Ndamukiza 2026 (BdiAgnews) – Umukuru w’Igihugu c’Uburundi, Nyenicubahiro Général-Major Ndayishimiye Évariste, yakiriye kuri uwu wa kane igenekerezo rya 2 Ndamukiza 2026 ku Ngoro Ntare Rushatsi, uwuserukira Ishirahamwe…