Année : 2026
Burundi : Isoko ry’imigabane rimaze imyaka ibiri rikora
On : --ARMC yerekanye ivyaranguwe mu myaka ibiri Bujumbura, 04/03/2026 (BdiAgnews) – Ikigo kijejwe kugenzura isoko ry’imari n’imigabane mu Burundi (ARMC) casohoye icegeranyo cerekana ivyaranguwe mu myaka ibiri iheze, aho mu vy’ingenzi harimwo gutanguza ku mugaragaro isoko ry’imigabane ry’Uburundi mu Kigarama 2025, iryo soko…
Burundi / UA : Médiation africaine pour la paix en RDC
On : --Audience entre Ndayishimiye et l’ancien Président Masisi Bujumbura (Palais de Kiriri), 02/03/2026 (BdiAgnews) – Le Président du Burundi et Président en exercice de l’Union africaine, S.E. Ndayishimiye Évariste, a reçu en audience une délégation conduite par l’ancien Président du Botswana Mokgweetsi Masisi,…
Burundi / UA : Nyamitwe mu gutangura umwaka w’akazi w’urukiko rwa Afurika
On : --Urugendo rwa diplomasi i Arusha Arusha (Tanzaniya), 2026 (BdiAgnews) – Umuserukizi w’Uburundi Nyamitwe Willy ari kumwe n’Umuserukizi w’Uburundi muri Tanzaniya Nzeyimana Léontine bagendeye Umukuru w’Urukiko rwa Afurika rujejwe uburenganzira bwa muntu n’abenegihugu, umucamanza Tchikaya Blaise, i Arusha, aho baganiriye ku gukomeza ubufatanye…
Burundi / UA : Inama y’ubuhuza ku mahoro muri RDC
On : --Ndayishimiye yakiriye Mokgweetsi Masisi i Kiriri Bujumbura (Ingoro ya Kiriri), 02/03/2026 (BdiAgnews) – Umukuru w’Igihugu c’Uburundi kandi ari na we arongoye Ubumwe bwa Afurika muri iki gihe, Nyenicubahiro Ndayishimiye Evariste, yakiriye intumwa zari zirongowe n’uwahoze ari Umukuru w’Igihugu ca Botswana Mokgweetsi Masisi,…
Burundi : Kwemeza urutonde rw’imiti itangwa gusa ku rupapuro rwa muganga
On : --Inama yo kwemeza LNMPO – Edition 2026 Bujumbura, 04/03/2026 (BdiAgnews) – Mu rwego rwo gukomeza politiki y’igihugu mu bijanye n’amagara y’abantu, Umunyamabanga ntayegayezwa muri Minisiteri y’Amagara y’Abantu mu Burundi, Dr Sinarinzi Pierre, ari kumwe n’intumwa y’Ishirahamwe Mpuzamakungu ryita ku magara y’abantu (OMS)…
