Burundi / Uburundi : Ibitaro vya Kabezi bifise ikibazo c’aho kwakirira abarwayi kidahagije
On : --Umugambi wo guhuriza hamwe ibitaro vyari ku bibanza bibiri warahagaze kubera ikibazo c’uburyo. Bujumbura, 16/03/2026 (BdiAgnews) – Ibitaro vy’intara vya Kabezi, biri mu komine Mugere, mu ntara ya Bujumbura, biriko birahura n’ikibazo c’ubukene bw’ivyumba n’aho kwakirira abarwayi, nk’uko vyashikirijwe kuri uwu wa…
