Burundi – RDC : Ubufatanye bw’igipolisi burakomezwa
On : --Ihuriro rya PNB na PNC n’inyigisho zishigikiwe na PNUD Bujumbura, 23–24/02/2026 (BdiAgnews) – Mu gihe akarere kugarijwe n’ingorane z’umutekano wambukiranya imipaka, Umuyobozi Mukuru w’Igipolisi c’Uburundi yakiriye i Bujumbura intumwa z’Igipolisi c’Igihugu ca Congo (PNC) zirongowe na Komiseri Mukuru waco, mu biganiro vyari…

