Burundi , Uburundi / Uganda : CNDD-FDD na NRM biyemeje gukomeza ubufatanye bwa politike n’iterambere ry’akarere

Burundi , Uburundi / Uganda : CNDD-FDD na NRM biyemeje gukomeza ubufatanye bwa politike n’iterambere ry’akarere

On : --

Amashirahamwe ari ku butegetsi mu Burundi no muri Uganda akomeje gutsimbataza imigenderanire ya kivukanyi n’ugusangira uburambe. Kampala, 13/05/2026 (BdiAgnews) – Ku ruhande rw’ibirori vy’irahira rya Nyenicubahiro Yoweri Kaguta Museveni, Perezida wa Repubulika ya Uganda akaba n’Umukuru w’umugambwe National Resistance Movement (NRM), habereye…

Burundi , Uburundi / Bujumbura : Buramatari yakoranye inama n’abajejwe komine Mukaza ku mutekano n’iterambere

Burundi , Uburundi / Bujumbura : Buramatari yakoranye inama n’abajejwe komine Mukaza ku mutekano n’iterambere

On : --

Abajejwe intwaro basabwe gukomeza kwegeranya neza amakori no gukorana cane n’inzego z’umutekano. Bujumbura, 13/05/2026 (BdiAgnews) – Buramatari w’intara ya Bujumbura, Général-Major Aloys Ndayikengurukiye, yakoranye kuri uyu wa gatatu 13 Rusama 2026 inama n’abajejwe intwaro muri komine Mukaza yabereye ku Ngoro y’Umujyi wa…

Burundi, Uburundi / Uganda : Ndayishimiye Évariste yitavye ibirori vy’irahira rya Museveni Yoweri i Kampala

Burundi, Uburundi / Uganda : Ndayishimiye Évariste yitavye ibirori vy’irahira rya Museveni Yoweri i Kampala

On : --

Abakuru b’ibihugu benshi bo muri Afrika bahuriye i Kampala mu birori vy’irahira ry’Umukuru w’Igihugu wa Uganda. Kampala (Uganda), 12/05/2026 (BdiAgnews) – Umukuru w’Igihugu c’Uburundi, Nyenicubahiro Ndayishimiye Évariste, Général-Major, yitavye, ku wa 12 Rusama 2026 i Kampala, ibirori vy’irahira ry’Umukuru w’Igihugu wa Uganda…

Burundi / Ouganda : Ndayishimiye Évariste participe à l’investiture de Museveni Yoweri à Kampala

Burundi / Ouganda : Ndayishimiye Évariste participe à l’investiture de Museveni Yoweri à Kampala

On : --

Plusieurs chefs d’État africains réunis à Kampala pour les cérémonies d’investiture du Président ougandais. Kampala (Ouganda), 12/05/2026 (BdiAgnews) – Le Président du Burundi, S.E. Ndayishimiye Évariste, Général-Major, a pris part, ce 12 mai 2026 à Kampala, aux cérémonies d’investiture du Président ougandais…

Burundi , Uburundi : Umukuru w’Igihugu Ndayishimiye yifadikanije n’abanyagihugu mu bikorwa vya TDC i Matongo

Burundi , Uburundi : Umukuru w’Igihugu Ndayishimiye yifadikanije n’abanyagihugu mu bikorwa vya TDC i Matongo

On : --

Abanyagihugu bitavye ari benshi mu bikorwa vy’iterambere rusangi, bishigikiwe n’imfashanyo zikomeye z’amasima n’amafaranga. Butanyerera, 9/05/2026 (BdiAgnews) – Mu gihe hari hahari abayobozi batandukanye bo ku rwego rw’intara n’igihugu, harimwo Umukuru w’Inama Nshingamateka, Umushikiranganji w’Intwaro yo hagati mu gihugu, abashingamateka batorerwa muri iyo…