Auteur/autrice : Pascal Nahimana
Burundi : Umunyamabanga Mukuru wa CNDD-FDD yagendeye Musongati
On : --Ndikuriyo Révérien, uwuriko arakunzwe cane, yahumurije abakenyezi ba koperative Sangwe Burunga, 06/02/2026 (BdiAgnews) – Umunyamabanga Mukuru w’umugambwe CNDD-FDD, uwuriko arakunzwe cane Ndikuriyo Révérien, yagendeye komine Musongati aho yahuye n’abakenyezi bahurikiye muri koperative Sangwe, basanzwe barima amavoka n’inanasi. Muri urwo rugendo, yabateye intege…
Burundi : Umupfasoni wa Perezida akeje Umukuru w’Igihugu ku buyobozi bwa UA
On : --Ubutumwa bwo kumukeza bwatanzwe na Ndayubaha Angéline ari kumwe n’abana Bujumbura, 14/02/2026 (BdiAgnews) – Inyuma y’itorwa ry’Umukuru w’Igihugu c’Uburundi, Nyenicubahiro Général-Major Ndayishimiye Évariste, ku buyobozi bw’Ubumwe bwa Afurika mu kiringo c’umwaka umwe, Umupfasoni wiwe, Nyenicubahiro Ndayubaha Angéline, ari kumwe n’abana, yaratanze ubutumwa…
Burundi / Panafricanisme : La France gèle les avoirs de Nyamsi Franklin
On : --Décision française controversée contre une figure panafricaniste Bujumbura, 20/02/2026 (BdiAgnews) – Dans un contexte international marqué par les tensions autour des souverainetés africaines et la recomposition géopolitique multipolaire, le gouvernement français a décidé, par arrêté conjoint du 10 février 2026 publié au…
Burundi / Panafricanisme : Ubufaransa burafunga umutungo wa Nyamsi Franklin
On : --Itegeko ry’Ubufaransa ryatumye haba impaka mu banyapolitike ba panafricanisme Bujumbura, 20/02/2026 (BdiAgnews) – Mu gihe isi iriko irinjira mu bihe bishasha vya jeopolitike birangwa n’uguhiganwa kw’ibihugu n’ukwiyemeza kw’Afurika kwigenga, Reta y’Ubufaransa yasohoye kw’igenekerezo rya 10 Ruhuhuma 2026 itegeko rifunga umutungo w’Umwarimu Nyamsi…
Burundi : Abamenyeshamakuru 7 bararonkejwe agashimwe ku bikorwa vyabo mu gihe c’amatora
On : --Ihiganwa rya CENAP rifashijwe n’Ubufatanye bw’Ubusuwisi Bujumbura, 20/02/2026 (BdiAgnews) – Mu murongo wa politike y’ibimenyeshamakuru y’Abarundi, abamenyeshamakuru indwi bararonkejwe agashimwe ku bwiza bw’ibikorwa vyabo vyakozwe mu gihe c’amatora, inyuma y’ihiganwa ry’ibimenyeshamakuru ryateguwe n’Ikigo CENAP (Centre d’alerte et de prévention des conflits), biciye…
