Burundi , Uburundi – Kolombiya / CELAC na Afrika : Ndayishimiye na Petro bashigikiye ugushiraho ibiganiro
On : --I Bogotá, abakuru b’ibihugu bibiri baganiriye ku gukomeza imigenderanire hagati y’abanyagihugu bo muri Afrika na Amerika y’Epfo. Bogotá, 21/03/2026 (BdiAgnews) – Umukuru w’Igihugu c’Uburundi, Ndayishimiye Évariste, yakiriwe ku wa 21 Ntwarante 2026 mu Ngoro y’Umukuru w’Igihugu i Bogotá na mugenzi we w’igihugu…









