Catégorie : CNDD-FDD
Burundi, Uburundi / Tchad : CNDD-FDD na MPS bongereye ubufatanye bwabo bw’ikirenga
On : --Amashirahamwe yombi arongoye ibihugu vyabo yiyemeje gushira mu ngiro ubufatanye bufatika kandi bugaragara. N’Djamena (Tchad), 26 Ntwarante 2026 (BdiAgnews) – Umurwa mukuru wa Tchad, N’Djamena, wakiriye ku wa 26 Ntwarante 2026 inama yo ku rwego rwo hejuru yahuje Umunyamabanga mukuru w’umugambwe CNDD-FDD,…
Burundi / Chine : Le CNDD-FDD et le PCC renforcent leur partenariat stratégique
On : --Hon. Ndikuriyo Révérien et l’ambassadrice Zhu Kewei évoquent le renforcement des liens entre les deux partis. Bujumbura, 23/03/2026 (BdiAgnews) – Le très populaire Secrétaire général du CNDD-FDD, Honorable Ndikuriyo Révérien, a reçu en audience ce 23 mars 2026 à Bujumbura l’ambassadrice extraordinaire…
Burundi / Diaspora : Umugambwe CNDD-FDD mu Bubiligi wahuriye mu nama
On : --Ihuriro ry’ishami rya CNDD-FDD mu Bubiligi Lot (Ububiligi), 07/03/2026 (BdiAgnews) – Ishami ry’umugambwe CNDD-FDD mu Bubiligi ryahuriye i Lot mu nama yabereye mu mwuka mwiza w’ubuvukanyi, ihuriro ry’Abagumyabanga bo muri diaspora y’Abarundi baba mu Bubiligi ryari rigamije guhanahana ivyiyumviro ku bijanye n’ihindagurika…
Burundi : Clôture des cérémonies de célébration à Rumonge
On : --Hommage au Président Ndayishimiye pour ses réalisations Burunga (Rumonge), 28/02/2026 (BdiAgnews) – Les activités de célébration et de remerciement en l’honneur du Président du Burundi, Ndayishimiye Évariste, Général Major, pour les projets réalisés dans les communes composant la province de Burunga, se…
Burundi : Ndikuriyo Révérien amaze kugendera amakomine 15 mu minsi 20
On : --Urugendo rw’igihugu rw’Umunyamabanga Mukuru wa CNDD-FDD rugamije gukomeza inzego n’iterambere Gitega, 22/02/2026 (BdiAgnews) – Inyuma y’iminsi 20 hatangujwe ku mugaragaro urugendo rw’igihugu ku wa 02 Ruhuhuma 2026 i Muramvya, Umunyamabanga Mukuru wa CNDD-FDD, uwuriko arakunzwe cane Révérien Ndikuriyo, amaze kugendera amakomine 15…
