Catégorie : Entité Territoriale
Burundi / Uburundi : Umushikiranganji Hassan Kibeya yifadikanije n’Abaislamu i Bujumbura
On : --Ibirori vyabereye ku cicaro ca COMIBU vyashimangiye ubufatanye hagati y’inzego za Leta n’Abaislamu. Bujumbura, 24/03/2026 (BdiAgnews)- Umushikiranganji w’Ubutare, Amasoko ntanganguvu, Ubudandaji n’Ingenzi, Kibeya Hassan, yifadikanije ku wa 24 Ntwarante 2026 n’umuryango w’Abaislamu mu Burundi mu birori vyabereye ku cicaro gikuru ca COMIBU…
Burundi / Uburundi – Ubushinwa : CNDD-FDD na PCC bakomeje gutsimbataza ubufatanye bwabo
On : --Ndikuriyo Révérien yakiriye uwuserukira Ubushinwa Zhu Kewei baganira ku gukomeza imigenderanire hagati y’imigambwe ibiri. Bujumbura, 23/03/2026 (BdiAgnews) – Umunyamabanga mukuru w’umugambwe CNDD-FDD, Ndikuriyo Révérien, yakiriye ku wa 23 Ntwarante 2026 i Bujumbura uwuserukira igihugu c’Ubushinwa mu Burundi, Zhu Kewei, aho baganiriye ku…
Burundi / Chine : Le CNDD-FDD et le PCC renforcent leur partenariat stratégique
On : --Hon. Ndikuriyo Révérien et l’ambassadrice Zhu Kewei évoquent le renforcement des liens entre les deux partis. Bujumbura, 23/03/2026 (BdiAgnews) – Le très populaire Secrétaire général du CNDD-FDD, Honorable Ndikuriyo Révérien, a reçu en audience ce 23 mars 2026 à Bujumbura l’ambassadrice extraordinaire…
Burundi / Uburundi : CENI itanguye kwitegura amatora y’Umukuru w’Igihugu yo mu 2027
On : --Inyigisho ku bakozi ba CENI zitanguye mu rwego rwo gutegura amatora y’Umukuru w’Igihugu. Bujumbura, 19/03/2026 (BdiAgnews) – Komisiyo y’Igihugu y’Amatora Yigenga (CENI) mu Burundi yatanguye ku wa 19 Ntwarante 2026 inyigisho zimara imisi itatu zigenewe gukomeza ubumenyi bw’abakozi bayo, mu rwego rwo…
Burundi / Uburundi – RDC Congo : Intumwa z’Abanyamulenge zahuye n’Umukuru w’Igihugu Ndayishimiye
On : --Zakiriwe i Bujumbura, izo ntumwa zashimangiye uruhara rw’Uburundi mu gutsimbataza amahoro mu karere no mu gufasha impunzi z’Abanyekongo. Bujumbura, 17/03/2026 (BdiAgnews) — Intumwa z’ishirahamwe Banyamulenge Global Advocacy zakiriwe ku wa 17 Ntwarante 2026 na Nyenicubahiro Général-Major Ndayishimiye Évariste, Umukuru w’Igihugu c’Uburundi. Izo…
Burundi / Uburundi : Gukomeza gutsimbataza imigenderanire n’Uburusiya, Afurika y’Epfo n’Ubushinwa
On : --Inama zabereye i Bujumbura zerekana ukuntu Uburundi buriko burakomeza imigenderanire n’ibindi bihugu. Bujumbura, 18/03/2026 (BdiAgnews) – Umukuru w’Inama Nshingamateka y’Uburundi, Ndabirabe Gélase Daniel, yakiriye mu nama y’akazi uwuserukira igihugu c’Uburusiya mu Burundi mushasha, Chernenko Sergey Vladimirovich, yari aje mu rugendo rw’iteka, hamwe…
