Burundi , Uburundi / Dipolomasi – Amagara y’abantu : Iherezo ry’umurimo w’uwaserukira OMS, Dr Xavier Crespin

Burundi , Uburundi / Dipolomasi – Amagara y’abantu : Iherezo ry’umurimo w’uwaserukira OMS, Dr Xavier Crespin

On : --

Uwuserukira OMS mu Burundi ashoje amabanga yiwe inyuma y’imyaka itanu y’ubufatanye bwashimwe n’inzego z’igihugu. Bujumbura (Uburundi), 30 Ntwarante 2026 (BdiAgnews) – Ku wa mbere 30 Ntwarante 2026, Umunyamabanga Ntayegayezwa ajejwe imigenderanire n’ayandi makungu muri Minisiteri y’Ububanyi n’Amahanga, Ukwinjira mu miryango y’akarere n’Ubufatanye…

Burundi / Uburundi : Umushikiranganji Hassan Kibeya yifadikanije n’Abaislamu i Bujumbura

Burundi / Uburundi : Umushikiranganji Hassan Kibeya yifadikanije n’Abaislamu i Bujumbura

On : --

Ibirori vyabereye ku cicaro ca COMIBU vyashimangiye ubufatanye hagati y’inzego za Leta n’Abaislamu. Bujumbura, 24/03/2026 (BdiAgnews)- Umushikiranganji w’Ubutare, Amasoko ntanganguvu, Ubudandaji n’Ingenzi, Kibeya Hassan, yifadikanije ku wa 24 Ntwarante 2026 n’umuryango w’Abaislamu mu Burundi mu birori vyabereye ku cicaro gikuru ca COMIBU…

Burundi  / Uburundi  – Ubushinwa : CNDD-FDD na PCC bakomeje gutsimbataza ubufatanye bwabo

Burundi / Uburundi – Ubushinwa : CNDD-FDD na PCC bakomeje gutsimbataza ubufatanye bwabo

On : --

Ndikuriyo Révérien yakiriye uwuserukira Ubushinwa Zhu Kewei baganira ku gukomeza imigenderanire hagati y’imigambwe ibiri. Bujumbura, 23/03/2026 (BdiAgnews) – Umunyamabanga mukuru w’umugambwe CNDD-FDD, Ndikuriyo Révérien, yakiriye ku wa 23 Ntwarante 2026 i Bujumbura uwuserukira igihugu c’Ubushinwa mu Burundi, Zhu Kewei, aho baganiriye ku…

Burundi / Uburundi – RDC Congo : Intumwa z’Abanyamulenge zahuye n’Umukuru w’Igihugu Ndayishimiye

Burundi / Uburundi – RDC Congo : Intumwa z’Abanyamulenge zahuye n’Umukuru w’Igihugu Ndayishimiye

On : --

Zakiriwe i Bujumbura, izo ntumwa zashimangiye uruhara rw’Uburundi mu gutsimbataza amahoro mu karere no mu gufasha impunzi z’Abanyekongo. Bujumbura, 17/03/2026 (BdiAgnews) — Intumwa z’ishirahamwe Banyamulenge Global Advocacy zakiriwe ku wa 17 Ntwarante 2026 na Nyenicubahiro Général-Major Ndayishimiye Évariste, Umukuru w’Igihugu c’Uburundi. Izo…