Burundi , Uburundi / Diaspora – Belgique : Ijoro ridasanzwe i Alost ryo guhimbaza Umunsi mpuzamakungu wahariwe Umugore
On : --Abakenyezi b’Abarundi baba mu Bubiligi bateguye ibirori vy’akaroruhore, vy’umuco n’ubusabane mu guhimbaza itariki ya 8 Ntwarante. Alost (Belgique), 28 Ntwarante 2026 (BdiAgnews) – Mu Burundi, igihugu kigendera ku Bungoma (ubumenyi n’imitekerereze yisunga Ingoma), igihe cose Buryenda, ni ukuvuga ikigo c’Umugore w’Ingoma Mukakaryenda,…
