Catégorie : Diaspora
Burundi, Uburundi / Diaspora – Ububiligi : 2-05-2026 – Ubutumire bwo kwibuka imyaka 54 iheze habaye Jenoside yakorewe Abahutu mu 1972
On : --Abarundi baba mu Bubirigi barahamagarirwa kwifatanya mu gikorwa co kwibuka no gusabira amahoro no gusaba ko ayo mabi yomenyekana ku rwego mpuzamakungu. Bruxelles (Ububiligi), 8/05/2026 (BdiAgnews) – Umuryango w’Abarundi baba mu Bubirigi waratumiye Abarundi n’abagenzi b’Uburundi kwifatanya mu gikorwa co kwibuka imyaka…
Burundi / Diaspora : À Bruxelles, Ntaryamira Cyprien rappelé à l’histoire des tragédies des Grands Lacs
On : --Entre recueillement et mémoire géopolitique, la diaspora burundaise commémore un tournant majeur de l’histoire régionale. Bruxelles (Belgique), 6/04/2026 (BdiAgnews) – Trente-deux ans après l’attentat du 6 avril 1994, événement charnière inscrit au cœur des tragédies contemporaines des Grands Lacs africains, la mémoire…
Burundi , Uburundi / Diaspora – Belgique : Ijoro ridasanzwe i Alost ryo guhimbaza Umunsi mpuzamakungu wahariwe Umugore
On : --Abakenyezi b’Abarundi baba mu Bubiligi bateguye ibirori vy’akaroruhore, vy’umuco n’ubusabane mu guhimbaza itariki ya 8 Ntwarante. Alost (Belgique), 28 Ntwarante 2026 (BdiAgnews) – Mu Burundi, igihugu kigendera ku Bungoma (ubumenyi n’imitekerereze yisunga Ingoma), igihe cose Buryenda, ni ukuvuga ikigo c’Umugore w’Ingoma Mukakaryenda,…
Burundi , Uburundi – Ibizoba / Diaspora : 28-03-2026 – Ukwizihiza umunsi mpuzamakungu wahariwe umukenyezi i Alost mu Bubiligi
On : --Ibirori vy’akanyamuneza n’umuco vyateguwe mu kwibuka umunsi wa 8 Ntwarante, biri munsi y’ubuserukizi bw’Uburundi mu Bubiligi. Alost (Ububiligi), 28/03/2026 (BdiAgnews) – Imbere ya 1929, umwaka Mukakaryenda yahindurwako idini ku nguvu, uwo Mugore w’Ingoma nyeranda Karyenda, yitwa Ruburisoni hanyuma agahindurwa ku nguvu Maria…
