Catégorie : Diaspora
Burundi / Afrique : Bigirimana Jean appelle à l’unité africaine dans un nouvel ouvrage
On : --Le nouvel ouvrage analyse les mutations géopolitiques du Sahel et plaide pour une union politique africaine Bujumbura, 15/03/2026 (BdiAgnews) – Auteur de Réinventer le Burundi, Bigirimana Jean — ancien ministre burundais des Transports, des Postes et des Télécommunications dans le premier gouvernement…
Burundi / Uburundi – Afurika : Bigirimana Jean ahamagarira ubumwe bw’Abarundi n’Abanyafrika mu gitabu gishasha
On : --Igitabu gishasha gisigura ihindagurika rya geopolitike riri mu karere ka Sahel kandi gisaba ko Afrika yubaka ubumwe bwa politike. Bujumbura, 15/03/2026 (BdiAgnews) – Umwanditsi w’igitabu Réinventer le Burundi, Bigirimana Jean — yahoze ari umushikiranganji w’ugutwara abantu n’ibintu, amaposita n’itumanaho mu ntwaro ya…
Burundi / Uburundi : Niyongabo Philippe asubira kwihweza amateka ya vuba n’intambara mu gitabu gishasha
On : --Igitabu ca Niyongabo Philippe kivuga ku bikorwa vy’ihohoterwa rya politike n’inyungu za geopolitike zo mu gihe ca 1950–2000 Bujumbura, 13/03/2026 (BdiAgnews) – Casohotse kw’igenekerezo rya 22 Ruhuhuma 2026 kandi kiraboneka hano [ https://www.amazon.fr/dp/B0GQG78VSR ], igitabu Burundi – Les phares étouffés dans le…
Burundi / Uburundi : Pasiporo zirenga 140 z’Abarundi zatawe mu Buraya, ikimenyetso c’ubwimukira buteye amakenga
On : --Minisitiri Bizimana Edouard aragabisha ku ngeso zonona isura y’Uburundi. Bujumbura, 13/03/2026 (BdiAgnews) – Mu gihe isi yacu isigaye irangwa n’ububasha bw’ibihugu vyinshi (multipolarité), kuva mu 2020 Uburundi bwinjiye mu nzira y’ubutunzi bwa néolibéralisme bwiyongereye cane, ivyo bikaba vyatumye urwaruka rwinshi rw’Abarundi rujabuka…
Burundi / Afurika y’Epfo : CVR y’Uburundi yahuriye na diaspora i Pretoria
On : --Ikibazo c’amatongo n’ibindi vyanyazwe kiri mu vyaganiriwe Pretoria (Afurika y’Epfo), 08/03/2026 (BdiAgnews) – Intumwa za Komisiyo y’Ukuri n’Ukunywanisha Abarundi (CVR) zirongowe na Icegera c’Umukuru w’iyo Komisiyo Mgr Kimararungu Aimé J. zahuriye n’Abarundi baba mu mahanga baba muri Afurika y’Epfo, mu gisagara ca Pretoria,…
Burundi / Diaspora : Umugambwe CNDD-FDD mu Bubiligi wahuriye mu nama
On : --Ihuriro ry’ishami rya CNDD-FDD mu Bubiligi Lot (Ububiligi), 07/03/2026 (BdiAgnews) – Ishami ry’umugambwe CNDD-FDD mu Bubiligi ryahuriye i Lot mu nama yabereye mu mwuka mwiza w’ubuvukanyi, ihuriro ry’Abagumyabanga bo muri diaspora y’Abarundi baba mu Bubiligi ryari rigamije guhanahana ivyiyumviro ku bijanye n’ihindagurika…
