Burundi, Uburundi / Ubutungane : Abakenyezi b’abashingwamanza b’i Gitega bafashije abagororwa, 22 bararekuriwe

Burundi, Uburundi / Ubutungane : Abakenyezi b’abashingwamanza b’i Gitega bafashije abagororwa, 22 bararekuriwe

On : --

Igikorwa c’ubwitange bw’abakenyezi b’abashingwamanza kiriko gitanga umusaruro mu gufasha abatagira ubushobozi kwitura ubutungane. Gitega, 3 Ndamukiza 2026 (BdiAgnews) – Mu kwezi kwahariwe agateka k’abakenyezi, kuva ku wa 3 gushika ku wa 27 Ntwarante 2026, abakenyezi b’abashingwamanza b’i Gitega barakoze igikorwa c’akarorero co…

Burundi / Uburundi : Niyongabo Philippe asubira kwihweza amateka ya vuba n’intambara mu gitabu gishasha

Burundi / Uburundi : Niyongabo Philippe asubira kwihweza amateka ya vuba n’intambara mu gitabu gishasha

On : --

Igitabu ca Niyongabo Philippe kivuga ku bikorwa vy’ihohoterwa rya politike n’inyungu za geopolitike zo mu gihe ca 1950–2000 Bujumbura, 13/03/2026 (BdiAgnews) – Casohotse kw’igenekerezo rya 22 Ruhuhuma 2026 kandi kiraboneka hano [ https://www.amazon.fr/dp/B0GQG78VSR ], igitabu Burundi – Les phares étouffés dans le…