Burundi, Uburundi : CVR yatanguje gusubiza amatongo n’imitungo yanyazwe i Bujumbura
On : --Imiryango ine yasubijwe amazu yayo, igikorwa kikaba kigiye gukwiragizwa mu ntara zose z’igihugu. Bujumbura, 4/05/2026 (BdiAgnews) – Komiseri y’Ukuri n’Ukunywanisha (CVR) yatanguje ikindi kiciro c’igikorwa co gusubiza amatongo n’imitungo yanyazwe, mu guha amazu abari bayafitiye uburenganzira nyabwo, intambwe igaragaza ukwiyemeza gushika ku…



