Page 1050 – « Ingorane si ugupfa , ingorane ni ugupfa nabi ,gupfa ataco umariye umuryango wawe canke igihugu cakwibarutse .Wewe uri ngaha ndagusigiye iki kibazo : Uriko ukora iki kugira ngo uzopfire neza umuryango n’igihugu cakwibarutse ? »

Décret N°100/135 du 1er juillet 2017 portant nomination de certains Cadres de la Force de Défense Nationale

On : --

Articles relatifs:La Défense nationale burundaise au cœur des…Le Président Evariste Ndayishimiye rend un hommage…Burundi / Justice : Nomination du Secrétaire…Burundi : Deux ministres remplacés par décret présidentielBurundi : Le Président rencontre les cadres à GitegaLe Président Ndayishimiye rencontre les cadres de la…

Discours du Président de la République à l’occasion du 55 ème anniversaire de l’indépendance du Burundi

On : --

Ijambo Nyenicubahiro Umukuru w’Igihugu ashikirije Uburundi n’amakungu mu kwigina imyaka 55 y’Intahe y’Ukwikukira Barundi, Barundikazi, Ncuti z’Uburundi; Tubanje kubaramutsa mwese aho muri hose! 1. Nkuko mubizi, aho bukera, abenegihugu bose, abato n’abakuze baba mu Burundi no mu mahanga, tuzohimbaza mu kanyamuneza kadasanzwe…