Burundi, Uburundi / Uganda – Dipolomasi y’amashirahamwe ya politike : Ndikuriyo Révérien yagendeye NRM i Kampala
On : --CNDD-FDD na NRM bariko barakomeza imigenderanire ya kivukanyi n’ubufatanye bwa politike. Kampala (Uganda), 12/05/2026 (BdiAgnews) – Umunyamabanga Mukuru wa CNDD-FDD, Nyakwubahwa kandi akunzwe cane Ndikuriyo Révérien, kuva ku wa 10 Rusama 2026 ari i Kampala muri Repubulika ya Uganda, aho yatumiriwe na…









