Irakoze Gilbert na Manirakoze Félicité mu nama ya zone Rorero Gitega (komine Mwaro), 08/02/2026 (BdiAgnews) – Muri zone Rorero habereye inama y’umugambwe CNDD-FDD iyobowe na Irakoze Gilbert, LJ Rorero, ari kumwe n’umwungirije Manirakoze Félicité. Iyi nama yahuje indongozi zo ku rwego rw’akarere…