Burundi , Uburundi / Uganda : CNDD-FDD na NRM biyemeje gukomeza ubufatanye bwa politike n’iterambere ry’akarere
On : --Amashirahamwe ari ku butegetsi mu Burundi no muri Uganda akomeje gutsimbataza imigenderanire ya kivukanyi n’ugusangira uburambe. Kampala, 13/05/2026 (BdiAgnews) – Ku ruhande rw’ibirori vy’irahira rya Nyenicubahiro Yoweri Kaguta Museveni, Perezida wa Repubulika ya Uganda akaba n’Umukuru w’umugambwe National Resistance Movement (NRM), habereye…









