Burundi : Umupfasoni wa Perezida akeje Umukuru w’Igihugu ku buyobozi bwa UA

Burundi : Umupfasoni wa Perezida akeje Umukuru w’Igihugu ku buyobozi bwa UA

On : --

Ubutumwa bwo kumukeza bwatanzwe na Ndayubaha Angéline ari kumwe n’abana Bujumbura, 14/02/2026 (BdiAgnews) – Inyuma y’itorwa ry’Umukuru w’Igihugu c’Uburundi, Nyenicubahiro Général-Major Ndayishimiye Évariste, ku buyobozi bw’Ubumwe bwa Afurika mu kiringo c’umwaka umwe, Umupfasoni wiwe, Nyenicubahiro Ndayubaha Angéline, ari kumwe n’abana, yaratanze ubutumwa…