Burundi – Diaspora : Australiya,  intambwe nshasha mu mubano wa dipolomasi

Irambona Télésphore yemerewe nk’intumwa mu Australiya

Canberra (Australiya), 26/02/2026 (BdiAgnews) – Mu murongo wa politike y’imigenderanire y’Uburundi n’ayandi mahanga, Uburundi na Australiya bateye intambwe nshasha mu mubano wabo wa dipolomasi aho Irambona Télésphore yemerewe ku mugaragaro nk’intumwa y’Uburundi na Gouverneure générale Sam Mostyn, bigashimangira ubufatanye bushasha bwubakiye ku gukomeza ubudandaji n’iterambere ry’ubutunzi hamwe no gutsimbataza amahoro; iki gikorwa kandi carashimye uruhara rugaragara rwa diaspora y’Abarundi iba muri Australiya, rushiraho imizi y’ubucuti burambye hagati y’ivyo bihugu bibiri, bushingiye ku biganiro, ku nyungu zisangiwe no ku kwubahana.

Inkomoko :

– Nahimana Karolero Pascal, Burundi : La diaspora burundaise – Du monde, de Belgique et d’ailleurs – Histoire, trajectoires et ancrage, Bruxelles, Génération Afrique, 2025. 🔗 https://nahimanakarolero.com

Amasoko : Nahimana P. : http://burundi-agnews.org, Ku wa Gatandatu 28 Ruhuhuma 2026 | Ifoto : DIASPORA BURUNDAISE