Burundi – Uburundi / Uruguay : Ndayishimiye na Orsi bashaka gukomeza ubufatanye hagati y’ibihugu vyabo
On : --I Bogotá, abakuru b’ibihugu bibiri baganiriye ku gushiraho umurwi uhuriweko uzotuma imigenderanire irushiriza gukomera. Bogotá, 22/03/2026 (BdiAgnews) – Mu gihe hari hariko habera ibiganiro vya dipolomasi i Bogotá, Umukuru w’Igihugu c’Uburundi, Ndayishimiye Évariste, yahuriye na mugenzi we w’igihugu ca Uruguay, Orsi Yamandú,…









