Burundi, Uburundi / Ubutungane n’ukwiyunga : CVR yatanguye gusuzuma amatati y’amatongo n’itunga ry’abandi

Burundi, Uburundi / Ubutungane n’ukwiyunga : CVR yatanguye gusuzuma amatati y’amatongo n’itunga ry’abandi

On : --

Ingingo za mbere ku matati y’amatongo zitezwe mu ndwi zibiri zizokurikira. Bujumbura, 10/04/2026 (BdiAgnews) – Mu kiganiro n’abamenyeshamakuru cabaye kuri uyu wa 10 Ndamukiza 2026 i Bujumbura, Komisiyo y’Ukuri n’Ukuyunga (CVR) yatangaje ko yatanguye gusuzuma amatati ajanye n’amatongo n’itunga ry’abandi, igikorwa cahora…

Burundi, Uburundi / Diaspora – Ububiligi : 2-05-2026 – Ubutumire bwo kwibuka imyaka 54 iheze habaye Jenoside yakorewe Abahutu mu 1972

Burundi, Uburundi / Diaspora – Ububiligi : 2-05-2026 – Ubutumire bwo kwibuka imyaka 54 iheze habaye Jenoside yakorewe Abahutu mu 1972

On : --

Abarundi baba mu Bubirigi barahamagarirwa kwifatanya mu gikorwa co kwibuka no gusabira amahoro no gusaba ko ayo mabi yomenyekana ku rwego mpuzamakungu. Bruxelles (Ububiligi), 8/05/2026 (BdiAgnews) – Umuryango w’Abarundi baba mu Bubirigi waratumiye Abarundi n’abagenzi b’Uburundi kwifatanya mu gikorwa co kwibuka imyaka…

Burundi , Uburundi / Sosiyete – Idini : Ukwibuka ububabare bwa Kristu kwakozwe n’Umukuru w’Igihugu gutera ivyiyumviro bitandukanye

Burundi , Uburundi / Sosiyete – Idini : Ukwibuka ububabare bwa Kristu kwakozwe n’Umukuru w’Igihugu gutera ivyiyumviro bitandukanye

On : --

Hagati y’ukwemera kwa gikirisu n’ivyiyumviro vy’amateka, hari ababona ico gikorwa mu buryo butandukanye. Gitega , 3 Ndamukiza 2026 (BdiAgnews) – Ku musi wa Vendredi saint, igenekerezo rya 3 Ndamukiza 2026, Umukuru w’Igihugu c’Uburundi, Nyenicubahiro Général-Major Évariste Ndayishimiye, azwi nk’umukirisu akomeye, yifatanyije n’umuryango…