Conférence des évêques Catholiques du Burundi – Secrétariat Général
On : - -ITANGAZO RY’INAMA Y’ABEPISKOPI GATOLIKA B’IBURUNDI RYEREKEYE IBIHE TUGEZEMWO VY’ITEGURWA RY’AMATORA YO MU MWAKA W’I 2015 Bakristu dusangiye ukwemera, Barundi, Barundikazi mwese, Nitugire amahoro ya Kristu, Umwamiw’amahoro. 1. lbihe tugezemwo ni ibihe bihambaye kandi vy’ukwitondera. Hasigaye iminsi mike kugira ngo dushikire isango ry’amatora…