
Catégorie : Amakuru y’ubu


La longue lutte pour l’Indépendance du Burundi
On : - by burundiforum-La longue lutte pour l’Indépendance du Burundi Après la lutte pour l’Indépendance Nationale surtout politique par le Roi Mwezi GISABO (1896-1903), MIREREKANO Paul (1950-1962) et le Prince Louis RWAGASORE (1956-61), le Président de la République Feu Pierre NKURUNZIZA s’est illustré par la…
Sentare nkuru ya Afrika y’epfo irasuzuma ivyagirizwa Jacob Zuma
On : - by burundiforum-N’aho yemeye gusubiza imiriyoni 23 z’amafaranga y’amadorare ya Amerika yakoreshejwe mu gusubiramwo inzu bwite y’umukuru w’igihugu Jacob Zuma, iherereye ahitwa Nkandla, mu ntara ya KwaZulu-Natal, urubanza ruri muri sentare rurabandanya. Icegeranyo c’ubugenduzi bw’ubutunzi bwa Reta cerekanye mu mwaka w’2014 ko Jacob ZUMA…
Pascal Nyabenda amenyesha ko hari ukuboko kuri inyuma y’ibibera mu Burundi
On : - by burundiforum-Umukuru w’umugambwe CNDD-FDD akaba n’umukuru w’inama nshingamateka y’Uburundi Pascal Nyabenda,amenyesha ko ibivugwa vy’ihonyabwoko mu Burundi,vyashikirijwe kandi na Hervé Ladsous ajejwe ibikorwa vyo gutsimbataza amahoro mw’ishirahamwe mpuzamakungu ONU, biriko bikorwa n’igihugu c’Urwanda. Yishura ku bibazo vy’ikinyamakuru Jeune Afrique,Pascal Nyabenda yishuye ati : Jeune…
Ubujuju bw’uruvuruvu CNARED.
On : - by burundiforum-Umugwi w’intabarirwa CNARED uhejeje gusaba ko hoba « Intwaro mfatakibanza » ngo yoheza igakururikizwa « n’amatora yigenga atagira amahinyu ». Ubiravye, wogira ngo ni amajambo y’ubwitonzi, uretse ko yavuzwe n’uwagize ububeshi umwuga ! Muri ino mwyaka iheze, na cane cane aya mezi…
Abashatse gutembagaza ubutegetsi mu Burundi bakatiwe
On : - by burundiforum-Bane mu bantu 28 bagirizwa gushaka gutembagaza ubutegetsi mu Burundi mu kwezi kwa gatanu mu mwaka uheze, bakatiwe igifungo ca burundu. Bahanishijwe kandi kubuzwa kurangura akazi ka leta ako ariko kose ikiringo c’imyaka cumi. Abo bari mu mugwi wa mbere w’abagirizwa gushaka…