Catégorie : La Une
Burundi – Iran : Condoléances officielles à Kampala
On : --L’Ambassadeur Ndihokubwayo signe le livre de condoléances Kampala (Ouganda), 07/03/2026 (BdiAgnews) – L’Ambassadeur du Burundi en Ouganda, Brigadier-Général Ndihokubwayo Jules , s’est rendu à l’Ambassade de la République islamique d’Iran accréditée auprès du Burundi, avec résidence à Kampala, afin de signer le…
Burundi / Diaspora : Umugambwe CNDD-FDD mu Bubiligi wahuriye mu nama
On : --Ihuriro ry’ishami rya CNDD-FDD mu Bubiligi Lot (Ububiligi), 07/03/2026 (BdiAgnews) – Ishami ry’umugambwe CNDD-FDD mu Bubiligi ryahuriye i Lot mu nama yabereye mu mwuka mwiza w’ubuvukanyi, ihuriro ry’Abagumyabanga bo muri diaspora y’Abarundi baba mu Bubiligi ryari rigamije guhanahana ivyiyumviro ku bijanye n’ihindagurika…
Burundi – Canada : Ubufatanye mu bijanye n’amabuye y’agaciro muri PDAC 2026
On : --Inama hagati ya Minisitiri Kibeya n’umuyobozi wo muri Canada Toronto (Canada), 04/03/2026 (BdiAgnews) – Mu gihe hari hariko habera inama mpuzamakungu y’abahinga mu vy’amabuye y’agaciro PDAC 2026, Umuyobozi wo muri Canada ajejwe Afrika, Cheryl Urban, yaraganiriye na Minisitiri w’Uburundi ajejwe Amabuye y’Agaciro,…
Burundi – Canada : Coopération minière au PDAC 2026
On : --Rencontre entre le Ministre Kibeya et la Vice-ministre canadienne Toronto (Canada), 04/03/2026 (BdiAgnews) – En marge de la conférence internationale sur l’exploitation minière PDAC 2026, la Vice-ministre adjointe du Canada chargée de l’Afrique, Cheryl Urban, s’est entretenue avec le Ministre burundais des…
