Page 23 – « Ingorane si ugupfa , ingorane ni ugupfa nabi ,gupfa ataco umariye umuryango wawe canke igihugu cakwibarutse .Wewe uri ngaha ndagusigiye iki kibazo : Uriko ukora iki kugira ngo uzopfire neza umuryango n’igihugu cakwibarutse ? »
Burundi : I Gitega hizihijwe Umunsi mpuzamakungu wahariwe agateka k’umugore

Burundi : I Gitega hizihijwe Umunsi mpuzamakungu wahariwe agateka k’umugore

On : --

Umukuru w’Igihugu Ndayishimiye yahamagariye kwubahiriza agateka k’umugore Gitega, 09/03/2026 (BdiAgnews) – Muri uyu Munsi mpuzamakungu wahariwe agateka k’umugore, birakwiye kwibuka ko mu muco n’imitegekere vya kera vy’Uburundi, Ingoma y’Uburundi, umugore yari afise ikibanza gihambaye mu butegetsi bw’igihugu. Leta ya kera y’Abarundi yari…

Burundi / Afurika y’Epfo : CVR y’Uburundi yahuriye na diaspora i Pretoria

Burundi / Afurika y’Epfo : CVR y’Uburundi yahuriye na diaspora i Pretoria

On : --

Ikibazo c’amatongo n’ibindi vyanyazwe kiri mu vyaganiriwe Pretoria (Afurika y’Epfo), 08/03/2026 (BdiAgnews) – Intumwa za Komisiyo y’Ukuri n’Ukunywanisha Abarundi (CVR) zirongowe na Icegera c’Umukuru w’iyo Komisiyo Mgr Kimararungu Aimé J. zahuriye n’Abarundi baba mu mahanga baba muri Afurika y’Epfo, mu gisagara ca Pretoria,…

Burundi : Ntabona Adrien yasohoye igitabu ku migani n’agaciro kayo

Burundi : Ntabona Adrien yasohoye igitabu ku migani n’agaciro kayo

On : --

Igitabu kivuga ku ndangagaciro n’ivyitwa antivaleurs mu migani y’Uburundi Bujumbura, 07/03/2026 (BdiAgnews) – Mu muco w’ivyiyumviro vy’Abarundi ukomoka ku Ubungoma — kamere y’Isi yiyumvirwa mu buryo bw’Ingoma nyeranda Karyenda — kandi havamwo ivyiyumviro vy’Ubuntu, Umupatiri Ntabona Adrien yashize ahabona ku mugaragaro igitabu…

Burundi – Iran : Ubutumwa bwo kwifatanya mu kababaro i Kampala

Burundi – Iran : Ubutumwa bwo kwifatanya mu kababaro i Kampala

On : --

Amb. Ndihokubwayo yashize umukono mu gitabu c’akababaro Kampala (Ubuganda), 07/03/2026 (BdiAgnews) – Umuserukizi w’Uburundi mu gihugu c’Ubuganda, Brigadier-Général Jules Ndihokubwayo, yagiye ku biro vy’Uburundi bwa Repubulika ya Islamu ya Iran bifise icicaro i Kampala kugira ashire umukono mu gitabu c’akababaro cafunguwe inyuma…

Burundi / Diaspora : Umugambwe CNDD-FDD mu Bubiligi wahuriye mu nama

Burundi / Diaspora : Umugambwe CNDD-FDD mu Bubiligi wahuriye mu nama

On : --

Ihuriro ry’ishami rya CNDD-FDD mu Bubiligi Lot (Ububiligi), 07/03/2026 (BdiAgnews) – Ishami ry’umugambwe CNDD-FDD mu Bubiligi ryahuriye i Lot mu nama yabereye mu mwuka mwiza w’ubuvukanyi, ihuriro ry’Abagumyabanga bo muri diaspora y’Abarundi baba mu Bubiligi ryari rigamije guhanahana ivyiyumviro ku bijanye n’ihindagurika…