Burundi – Uburundi / Brésil – Afrika : Lula na Ndayishimiye bashimangira ubufatanye hagati ya Afrika na Brésil

Burundi – Uburundi / Brésil – Afrika : Lula na Ndayishimiye bashimangira ubufatanye hagati ya Afrika na Brésil

On : --

I Bogotá, abakuru b’ibihugu bibiri baganiriye ku gukomeza imigenderanire hagati ya Brésil, Ubumwe bwa Afrika n’Uburundi. Bogotá, 22/03/2026 (BdiAgnews) – Mu gihe hari hariko habera inama ya CELAC–Afrika, Umukuru w’Igihugu c’Uburundi, Ndayishimiye Évariste, ari na we arongoye Ubumwe bwa Afrika muri iki…

Burundi , Uburundi – Kolombiya / CELAC na Afrika : Ndayishimiye na Petro bashigikiye ugushiraho ibiganiro

Burundi , Uburundi – Kolombiya / CELAC na Afrika : Ndayishimiye na Petro bashigikiye ugushiraho ibiganiro

On : --

I Bogotá, abakuru b’ibihugu bibiri baganiriye ku gukomeza imigenderanire hagati y’abanyagihugu bo muri Afrika na Amerika y’Epfo. Bogotá, 21/03/2026 (BdiAgnews) – Umukuru w’Igihugu c’Uburundi, Ndayishimiye Évariste, yakiriwe ku wa 21 Ntwarante 2026 mu Ngoro y’Umukuru w’Igihugu i Bogotá na mugenzi we w’igihugu…