Burundi – Iran : Ubutumwa bwo kwifatanya mu kababaro i Kampala
On : --Amb. Ndihokubwayo yashize umukono mu gitabu c’akababaro Kampala (Ubuganda), 07/03/2026 (BdiAgnews) – Umuserukizi w’Uburundi mu gihugu c’Ubuganda, Brigadier-Général Jules Ndihokubwayo, yagiye ku biro vy’Uburundi bwa Repubulika ya Islamu ya Iran bifise icicaro i Kampala kugira ashire umukono mu gitabu c’akababaro cafunguwe inyuma…
