Burundi, Uburundi / Ubushinwa : Toni 300 z’amabuye y’agaciro zoherejwe hanze, ikimenyetso gikomeye ku butunzi bw’igihugu

Burundi, Uburundi / Ubushinwa : Toni 300 z’amabuye y’agaciro zoherejwe hanze, ikimenyetso gikomeye ku butunzi bw’igihugu

On : --

Ibikorwa vyitabweho n’amakoperative y’urwaruka bishigikiwe na PAEEJ vyerekana ubushobozi bw’igisata c’amabuye y’agaciro mu Burundi. Bujumbura (Uburundi), 26 Ntwarante 2026 (BdiAgnews) – Uburundi bwakoze, ku wa 26 Ntwarante 2026, igikorwa gikomeye co kohereza hanze amabuye y’agaciro agera kuri toni 300, ni ukuvuga konteneri…