Burundi : I Gitega hizihijwe Umunsi mpuzamakungu wahariwe agateka k’umugore
On : --Umukuru w’Igihugu Ndayishimiye yahamagariye kwubahiriza agateka k’umugore Gitega, 09/03/2026 (BdiAgnews) – Muri uyu Munsi mpuzamakungu wahariwe agateka k’umugore, birakwiye kwibuka ko mu muco n’imitegekere vya kera vy’Uburundi, Ingoma y’Uburundi, umugore yari afise ikibanza gihambaye mu butegetsi bw’igihugu. Leta ya kera y’Abarundi yari…
