En passant
Burundi, Uburundi : CVR yatanguje gusubiza amatongo n’imitungo yanyazwe i Bujumbura
On : --Imiryango ine yasubijwe amazu yayo, igikorwa kikaba kigiye gukwiragizwa mu ntara zose z’igihugu. Bujumbura, 4/05/2026 (BdiAgnews) – Komiseri y’Ukuri n’Ukunywanisha (CVR) yatanguje ikindi kiciro c’igikorwa co gusubiza amatongo n’imitungo yanyazwe, mu guha amazu abari bayafitiye uburenganzira nyabwo, intambwe igaragaza ukwiyemeza gushika ku…
Burundi , Uburundi / Ubumwe bw’Afurika, ONU : Abasirikare 57 b’Abarundi bahawe inyigisho ku bijanye n’uguhangana n’ibitero vy’ikoranabuhanga muri Somaliya
On : --Muri Somaliya, abasirikare 57 b’Abarundi basozereye inyigisho ku bijanye n’uguhangana n’ibitero vy’ikoranabuhanga Jowhar (Somaliya), 4/05/2026 (BdiAgnews) – Abasirikare 57 b’Uburundi bari mu murwi wa AUSSOM bahawe, ku wa 4 Rusama 2026 i Jowhar Airfield, impamyabumenyi inyuma y’inyigisho zamaze iminsi 3 ku bijanye…
Burundi / Union Africaine, ONU : 57 militaires burundais formés aux contre-mesures électroniques en Somalie
On : --En Somalie, 57 militaires burundais terminent leur formation aux contre-mesures électroniques Jowhar (Somalie), 4/05/2026 (BdiAgnews) – Cinquante-sept militaires du contingent burundais déployé au sein de l’AUSSOM ont reçu, le 4 mai 2026 à Jowhar Airfield, leurs certificats à l’issue d’une formation de…
